Mariko 12:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Hanyuma yicara aho abona udusandugu tw’amashikanwa+, atangura kwihweza ingene isinzi ry’abantu bakororerayo amahera. Abatunzi benshi bariko bakororerayo ibiceri vyinshi+.
41 Hanyuma yicara aho abona udusandugu tw’amashikanwa+, atangura kwihweza ingene isinzi ry’abantu bakororerayo amahera. Abatunzi benshi bariko bakororerayo ibiceri vyinshi+.