Matayo 24:4, 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yezu abishura ati: «Mwiyubare ntihaze hagire uwubazimiza+, 5 kuko benshi bazoza bitwaje izina ryanje, bavuga ngo: “Ni jewe Kristu”, kandi bazozimiza benshi+. Mariko 13:5, 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yezu rero atangura kubabwira ati: «Mwiyubare ntihaze hagire uwubazimiza+. 6 Benshi bazoza bitwaje izina ryanje, bavuga ngo: “Ndi we”, kandi bazozimiza benshi.
4 Yezu abishura ati: «Mwiyubare ntihaze hagire uwubazimiza+, 5 kuko benshi bazoza bitwaje izina ryanje, bavuga ngo: “Ni jewe Kristu”, kandi bazozimiza benshi+.
5 Yezu rero atangura kubabwira ati: «Mwiyubare ntihaze hagire uwubazimiza+. 6 Benshi bazoza bitwaje izina ryanje, bavuga ngo: “Ndi we”, kandi bazozimiza benshi.