Luka 2:51 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 51 Aca ajana na bo asubira i Nazareti, kandi abandanya kubagamburukira*+. Vyongeye, nyina wiwe agumiza ku mutima ayo majambo yose+.
51 Aca ajana na bo asubira i Nazareti, kandi abandanya kubagamburukira*+. Vyongeye, nyina wiwe agumiza ku mutima ayo majambo yose+.