ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 18:38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 Pilato aca amubaza ati: «Ukuri ni iki?»

      Ahejeje kuvuga ivyo, Pilato aca arasohoka aja aho Abayuda bari, ababwira ati: «Nta kosa ndamubonako+.

  • Abaheburayo 7:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Birabereye ko tugira umuherezi mukuru nk’uwo: ntahemuka, ni intungane, ntahumanye+, nta ho ahuriye n’abacumuzi, kandi yashizwe hejuru y’amajuru+.

  • 1 Petero 2:21, 22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Nakare ivyo ni vyo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira mukurikire neza intambuko ziwe+. 22 Nta gicumuro yakoze+, eka kandi mu kanwa kiwe nta bubeshi bwahabonetse+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika