Yohani 19:17, 18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yezu rero yikorera igiti ciwe co kubabarizwako*, agenda ahitwa ahantu h’Agahanga+, mu giheburayo hakaba hitwa Gologota+. 18 Bamumanika+ ng’aho hamwe n’abandi bagabo babiri, umwe hirya uwundi hino, Yezu na we hagati+.
17 Yezu rero yikorera igiti ciwe co kubabarizwako*, agenda ahitwa ahantu h’Agahanga+, mu giheburayo hakaba hitwa Gologota+. 18 Bamumanika+ ng’aho hamwe n’abandi bagabo babiri, umwe hirya uwundi hino, Yezu na we hagati+.