1 Abakorinto 1:23, 24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ariko twebwe twamamaza Kristu yishwe amanitswe ku giti. Ku Bayuda ni igitsitaza, mugabo ku mahanga ni ubupfu+. 24 Ariko ku bahamagawe, baba Abayuda canke Abagiriki*, Kristu ni ububasha bw’Imana n’ubukerebutsi bwayo+.
23 Ariko twebwe twamamaza Kristu yishwe amanitswe ku giti. Ku Bayuda ni igitsitaza, mugabo ku mahanga ni ubupfu+. 24 Ariko ku bahamagawe, baba Abayuda canke Abagiriki*, Kristu ni ububasha bw’Imana n’ubukerebutsi bwayo+.