Yohani 20:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Hageze ku mugoroba kuri uwo musi wa mbere w’iyinga, abigishwa bari bakoraniye hamwe mu nzu, kandi bari bugaye imiryango kubera ugutinya Abayuda. Yezu aca araza, ahagarara hagati yabo, ababwira ati: «Nimugire amahoro+.»
19 Hageze ku mugoroba kuri uwo musi wa mbere w’iyinga, abigishwa bari bakoraniye hamwe mu nzu, kandi bari bugaye imiryango kubera ugutinya Abayuda. Yezu aca araza, ahagarara hagati yabo, ababwira ati: «Nimugire amahoro+.»