Matayo 16:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Kuva ico gihe, Yezu atangura gusigurira abigishwa biwe ko ategerezwa kuja i Yeruzalemu, agashikirwa n’imibabaro myinshi kubera abashingantahe, abakuru b’abaherezi n’abanditsi, hanyuma akicwa maze akazurwa ku musi ugira gatatu+. Luka 9:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yongerako ati: «Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwankwa n’abashingantahe, abakuru b’abaherezi n’abanditsi, hanyuma akicwa+ maze akazurwa ku musi ugira gatatu+.»
21 Kuva ico gihe, Yezu atangura gusigurira abigishwa biwe ko ategerezwa kuja i Yeruzalemu, agashikirwa n’imibabaro myinshi kubera abashingantahe, abakuru b’abaherezi n’abanditsi, hanyuma akicwa maze akazurwa ku musi ugira gatatu+.
22 Yongerako ati: «Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwankwa n’abashingantahe, abakuru b’abaherezi n’abanditsi, hanyuma akicwa+ maze akazurwa ku musi ugira gatatu+.»