Yohani 7:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yezu abishura ati: «Ivyo nigisha si ivyanje, ahubwo ni ivy’uwantumye+.