Yohani 5:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Se ariyumvamwo Umwana+ akamwereka ibintu vyose akora, kandi azomwereka n’ibikorwa biruta ivyo, kugira mutangare+. Yohani 15:9, 10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nk’uko Dawe yankunze+, ni ko nanje nabakunze. Nimugume mu rukundo rwanje. 10 Nimwubahiriza amabwirizwa yanje, muzoguma mu rukundo rwanje, nk’uko nanje nubahirije amabwirizwa ya Data, nkaguma mu rukundo rwiwe.
20 Se ariyumvamwo Umwana+ akamwereka ibintu vyose akora, kandi azomwereka n’ibikorwa biruta ivyo, kugira mutangare+.
9 Nk’uko Dawe yankunze+, ni ko nanje nabakunze. Nimugume mu rukundo rwanje. 10 Nimwubahiriza amabwirizwa yanje, muzoguma mu rukundo rwanje, nk’uko nanje nubahirije amabwirizwa ya Data, nkaguma mu rukundo rwiwe.