-
2 Abami 17:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Mugabo abantu bo muri ayo mahanga bahingura ibishusho vy’imana zabo bivanye n’ihanga bavamwo, babishira mu tuzu two mu bibanza basengeramwo twubatswe n’abahora baba i Samariya. Ukwo ni ko abo bantu bo mu mahanga atandukanye bagize mu bisagara babamwo.
-