Matayo 8:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Yezu aca abwira iyo ntwazangabo ati: «Igire. Nibikubere nk’uko uvyizeye+.» Kandi uwo mushumba yaciye akira kuri iyo saha nyene+. Mariko 7:29, 30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Aca amubwira ati: «Ko uvuze ivyo, niwitahire. Idayimoni yamaze kuva mu mukobwa wawe+.» 30 Aca arataha, asanga ka gakobwa kiwe karyamye ku gitanda, ya dayimoni yakavuyemwo+.
13 Yezu aca abwira iyo ntwazangabo ati: «Igire. Nibikubere nk’uko uvyizeye+.» Kandi uwo mushumba yaciye akira kuri iyo saha nyene+.
29 Aca amubwira ati: «Ko uvuze ivyo, niwitahire. Idayimoni yamaze kuva mu mukobwa wawe+.» 30 Aca arataha, asanga ka gakobwa kiwe karyamye ku gitanda, ya dayimoni yakavuyemwo+.