ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Mwaciye muza maze muhagarara munsi y’umusozi. Uwo musozi wariko urarurumba gushika mw’ijuru. Hari umwijima, ibicu hamwe n’umwiza w’umuzimagiza+. 12 Yehova yaciye atangura kubavugisha ari mu muriro+. Mwarumvise amajambo ariko nta shusho mwabonye+. Mwumvise ijwi gusa+.

  • Yohani 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+. Wa mwana w’ikinege ameze nk’Imana*+ ari iruhande ya Se*+, ni we yayisiguye+.

  • Yohani 6:46
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 46 Nta muntu n’umwe yabonye Data+, kiretse uwaje ava ku Mana. Uwo ni we yabonye Data+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika