ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 4:42-44
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 Haza umuntu avuye i Bayali-Shalisha+, aza azaniye Elisha wa muntu w’Imana y’ukuri imikate 20 ikozwe mu ntete za sayiri+ zamye ubwa mbere, n’isaho y’intete zikiri nshasha+. Elisha aca avuga ati: «Bihe abantu babirye.» 43 Ariko umusuku wiwe amubwira ati: «Ibi nobigaburira gute abantu 100+?» Aca amwishura ati: «We bahe gusa barye, kuko Yehova avuze ati: “Bararya kandi basigaze+.”» 44 Aca arabagaburira bararya no gusigaza barasigaza+, nk’uko Yehova yari yabivuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika