Abaroma 3:23, 24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Bose baracumuye kandi ntibashikira ubuninahazwa bw’Imana+. 24 Ni nk’ingabire ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi bivuye ku buntu bwayo buhebuje*+. Ubwo buntu yabugaragaje mu kubabohora biciye ku ncungu yarishwe na Kristu Yezu+. Abanyefeso 1:5, 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuko yatugenye imbere y’igihe+ ngo tube abana bayo+ biciye kuri Yezu Kristu. Yabigize kubera biyihimbara kandi bihuye n’ivyo igomba+, 6 ngo hashemezwe ubuntu bwayo buhebuje+ yatugiriye n’umutima ukunze biciye ku Mwana wayo ikunda cane+.
23 Bose baracumuye kandi ntibashikira ubuninahazwa bw’Imana+. 24 Ni nk’ingabire ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi bivuye ku buntu bwayo buhebuje*+. Ubwo buntu yabugaragaje mu kubabohora biciye ku ncungu yarishwe na Kristu Yezu+.
5 Kuko yatugenye imbere y’igihe+ ngo tube abana bayo+ biciye kuri Yezu Kristu. Yabigize kubera biyihimbara kandi bihuye n’ivyo igomba+, 6 ngo hashemezwe ubuntu bwayo buhebuje+ yatugiriye n’umutima ukunze biciye ku Mwana wayo ikunda cane+.