Matayo 26:14, 15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Umwe muri bamwe cumi na babiri, ari we Yuda Isikariyoti+, aca aja ku bakuru b’abaherezi+, 15 ababwira ati: «Mumpa iki ngo ndamubahe+?» Bumvikana kumuha ibiceri 30 vy’ifeza+. Yohani 12:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Mugabo Yuda Isikariyoti+, umwe mu bigishwa ba Yezu, ari na we yagira amugurishe, avuga ati:
14 Umwe muri bamwe cumi na babiri, ari we Yuda Isikariyoti+, aca aja ku bakuru b’abaherezi+, 15 ababwira ati: «Mumpa iki ngo ndamubahe+?» Bumvikana kumuha ibiceri 30 vy’ifeza+.