Mariko 3:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ariko abo mu muryango wiwe bavyumvise, baca baja kumufata kuko biyumvira yuko yasaze+.