Luka 3:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Abantu rero bari biteze Kristu, kandi bose baguma biyumvira mu mitima yabo ivyerekeye Yohani bati: «Ubwo ntiyoba ari we Kristu+?»
15 Abantu rero bari biteze Kristu, kandi bose baguma biyumvira mu mitima yabo ivyerekeye Yohani bati: «Ubwo ntiyoba ari we Kristu+?»