Abalewi 12:2, 3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Bwira Abisirayeli uti: “Umugore niyasama inda hanyuma akavyara umuhungu, azomara imisi indwi ahumanye nka kurya bigenda ari mu misi y’ubutinyanka*+. 3 Ku musi ugira umunani, uwo mwana azogenyerwa*+.
2 «Bwira Abisirayeli uti: “Umugore niyasama inda hanyuma akavyara umuhungu, azomara imisi indwi ahumanye nka kurya bigenda ari mu misi y’ubutinyanka*+. 3 Ku musi ugira umunani, uwo mwana azogenyerwa*+.