Yohani 8:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Yezu ababwira ati: «Iyaba Imana ari yo So muba munkunda+, kuko navuye ku Mana, nkaba ndi ng’aha kubera yo. Sinaje ndavyibwiye, ahubwo ni yo yantumye+.
42 Yezu ababwira ati: «Iyaba Imana ari yo So muba munkunda+, kuko navuye ku Mana, nkaba ndi ng’aha kubera yo. Sinaje ndavyibwiye, ahubwo ni yo yantumye+.