Yohani 5:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Sinemera kuninahazwa n’abantu, Yohani 7:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Uwuvuga ivyo yibwiye aba arondera ubuninahazwa bwiwe. Ariko uwurondera ubuninahazwa bw’uwamutumye+, avuga ukuri kandi akora ibigororotse.
18 Uwuvuga ivyo yibwiye aba arondera ubuninahazwa bwiwe. Ariko uwurondera ubuninahazwa bw’uwamutumye+, avuga ukuri kandi akora ibigororotse.