Yohani 5:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Sinemera kuninahazwa n’abantu, Yohani 13:31, 32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Amaze gusohoka, Yezu aca avuga ati: «Ubu rero Umwana w’umuntu araninahajwe+, kandi Imana iraninahajwe kubera we. 32 Imana ubwayo izomuninahaza+, kandi izomuninahaza bidatevye. Ivyakozwe 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Imana ya Aburahamu, iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaraninahaje Umusavyi wayo+ Yezu+, umwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, kandi yari yafashe ingingo yo kumurekura.
31 Amaze gusohoka, Yezu aca avuga ati: «Ubu rero Umwana w’umuntu araninahajwe+, kandi Imana iraninahajwe kubera we. 32 Imana ubwayo izomuninahaza+, kandi izomuninahaza bidatevye.
13 Imana ya Aburahamu, iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaraninahaje Umusavyi wayo+ Yezu+, umwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, kandi yari yafashe ingingo yo kumurekura.