Mariko 8:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Aca afata ukuboko uwo mugabo, amujana inyuma y’ikigwati. Amaze gushira* amate ku maso yiwe+, aca amurambikako ibiganza, amubaza ati: «Hari ico ubona?»
23 Aca afata ukuboko uwo mugabo, amujana inyuma y’ikigwati. Amaze gushira* amate ku maso yiwe+, aca amurambikako ibiganza, amubaza ati: «Hari ico ubona?»