Ezekiyeli 34:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Nzoziha umwungere umwe+, umusavyi wanje Dawidi+, kandi azozigaburira. Ni we azozigaburira, abe umwungere wazo+. Matayo 9:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Abonye amasinzi y’abantu, bamutera ikigongwe+ kuko bari baratabaguwe kandi barasabagiye nk’intama zitagira umwungere+.
23 Nzoziha umwungere umwe+, umusavyi wanje Dawidi+, kandi azozigaburira. Ni we azozigaburira, abe umwungere wazo+.
36 Abonye amasinzi y’abantu, bamutera ikigongwe+ kuko bari baratabaguwe kandi barasabagiye nk’intama zitagira umwungere+.