Matayo 20:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 nk’uko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.» Yohani 15:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nta wurusha urukundo umuntu yigura abagenzi biwe+. 1 Yohani 3:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ng’iki icatumenyesheje urukundo: ni uko Yezu Kristu yatwiguze+. Natwe rero dutegerezwa kwigura abavukanyi bacu+.
28 nk’uko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.»
16 Ng’iki icatumenyesheje urukundo: ni uko Yezu Kristu yatwiguze+. Natwe rero dutegerezwa kwigura abavukanyi bacu+.