-
Yohani 8:59Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
59 Baca batora amabuye ngo bayamutere, mugabo Yezu arinyegeza, aca arasohoka ava mu rusengero.
-
-
Yohani 10:31Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 Abayuda baca basubira gutora amabuye ngo bayamutere.
-