Luka 10:38, 39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Hanyuma babandanya urugendo maze binjira mu kigwati kimwe. Umugore yitwa Marita+ aca aramwakira muhira iwe. 39 Uwo mugore yari afise mwenewabo yitwa Mariya. Uwo mwenewabo aca yicara imbere y’ibirenge vy’Umukama, aguma yumviriza ivyo avuga*.
38 Hanyuma babandanya urugendo maze binjira mu kigwati kimwe. Umugore yitwa Marita+ aca aramwakira muhira iwe. 39 Uwo mugore yari afise mwenewabo yitwa Mariya. Uwo mwenewabo aca yicara imbere y’ibirenge vy’Umukama, aguma yumviriza ivyo avuga*.