ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 26:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Igihe yasuka ku mubiri wanje aya mavuta amota neza, yariko arantegura ku bw’amaziko yanje+.

  • Mariko 14:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Yakoze ivyo ashoboye. Abaye arasuka ayo mavuta amota neza ku mubiri wanje, kugira antegure ku bw’amaziko yanje+.

  • Yohani 19:40
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 40 Bafata rero ikiziga ca Yezu bakizingira mu bitambara vy’ilino* hamwe n’ivyo bintu bimota+, nk’uko Abayuda bari basanzwe bategura amaziko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika