ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 21:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Maze benshi muri iryo sinzi basasa impuzu zabo mu nzira+, abandi na bo baca amashami y’ibiti bayasasa mu nzira. 9 Vyongeye, abagendera imbere yiwe n’abagendera inyuma yiwe, baguma basemerera bati: «Turagutakambiye, kiza Umwana wa Dawidi+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova*+! Mukize, turagutakambiye wewe uri iyo hejuru+!»

  • Mariko 11:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Vyongeye, benshi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi na bo baca amashami y’ibiti mu mashamba+. 9 Abagendera imbere n’abagendera inyuma yiwe baguma basemerera bati: «Kiza turagutakambiye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova*+!

  • Yohani 1:49
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 49 Natanayeli aca avuga ati: «Rabi, uri Umwana w’Imana, Umwami wa Isirayeli+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika