Matayo 21:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nuko bazana iyo ndogobwa n’inyana yayo, babisasako impuzu zabo* hanyuma Yezu azicarako+. Mariko 11:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Baraheza bazanira Yezu iyo nyana y’indogobwa+, bayisasako impuzu zabo* hanyuma ayicarako+. Luka 19:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Baca bayizanira Yezu, hanyuma bayishirako impuzu zabo* maze bayimwicarikako+.