Yohani 19:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Inyuma y’ivyo, Yozefu w’i Arimateya, uwari umwigishwa wa Yezu mu mpisho kubera yatinya Abayuda+, abaza Pilato ko yotwara ikiziga ca Yezu. Pilato arabimwemerera, Yozefu aca araza atwara ico kiziga+.
38 Inyuma y’ivyo, Yozefu w’i Arimateya, uwari umwigishwa wa Yezu mu mpisho kubera yatinya Abayuda+, abaza Pilato ko yotwara ikiziga ca Yezu. Pilato arabimwemerera, Yozefu aca araza atwara ico kiziga+.