Matayo 10:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Uwubakiriye na jewe aba anyakiriye, kandi uwunyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+. Mariko 9:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 «Uwo wese yakiriye umwana mutoyi+ nk’uyu kubera izina ryanje, na jewe aba anyakiriye. Kandi uwo wese anyakiriye, ntaba yakiriye jewe gusa, aba yakiriye n’uwantumye+.»
37 «Uwo wese yakiriye umwana mutoyi+ nk’uyu kubera izina ryanje, na jewe aba anyakiriye. Kandi uwo wese anyakiriye, ntaba yakiriye jewe gusa, aba yakiriye n’uwantumye+.»