ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 7:24, 25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Umuntu wese rero yumva aya majambo yanje akayashira mu ngiro, azomera nk’umugabo w’ubwenge yubatse inzu yiwe ku gitandara+. 25 Imvura nyinshi yaraguye, imyuzurira iratera, imiyaga irahuhutira kuri yo, ariko ntiyabomotse kuko yari yubatse ku gitandara.

  • Luka 11:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Ariko amwishura ati: «Oya, ahubwo hahiriwe abumva ijambo ry’Imana bakarikurikiza+!»

  • Yakobo 1:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Mugabo uwihweza muri iryo tegeko ritagira akanenge+ ry’umwidegemvyo kandi akarigumamwo, aba abaye uwushira mu ngiro aho kuba uwumva akibagira. Uwukora ivyo azohimbarwa*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika