Luka 22:3, 4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Shetani aca yinjira muri Yuda, ari we Isikariyoti, akaba yari muri bamwe cumi na babiri+. 4 Yuda aca aragenda, avugana n’abakuru b’abaherezi n’abakuru b’abarinzi b’urusengero ukuntu yomubaha+.
3 Shetani aca yinjira muri Yuda, ari we Isikariyoti, akaba yari muri bamwe cumi na babiri+. 4 Yuda aca aragenda, avugana n’abakuru b’abaherezi n’abakuru b’abarinzi b’urusengero ukuntu yomubaha+.