ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 28:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Nuko Yakobo ava i Beri-Sheba, afata urugendo aja i Harani+.

  • Itanguriro 28:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Maze ararota, abona ingazi yava kw’isi igashika kw’ijuru. Abamarayika b’Imana baguma baduga bongera bamanuka kuri yo+.

  • Zaburi 104:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Abamarayika bawe ubahindura impwemu,

      abasuku bawe ukabahindura umuriro utema ugatongora+.

  • Daniyeli 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Nguma nitegereza ivyo neretswe mw’ijoro, maze mbona uwusa n’umwana w’umuntu+ azananye n’ibicu. Araheza yemererwa kuja aho Umwe wa kera cane+ ari, baramujana gushika imbere yiwe.

  • Matayo 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Shetani aca aramureka+ maze abamarayika baraza, batangura kumwitwararika*+.

  • Luka 22:43
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 43 Umumarayika avuye mw’ijuru aca aramubonekera, aramukomeza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika