Yohani 10:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Ariko nimba ndiko ndabikora, naho mutonyizera, pfuma mwizera ivyo bikorwa+, kugira mumenye kandi mugume muzi ko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkaguma nunze ubumwe na we+.» Yohani 17:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 kugira bose babe umwe+, nk’uko wewe Dawe wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, no kugira bunge ubumwe natwe maze isi yizere ko wantumye.
38 Ariko nimba ndiko ndabikora, naho mutonyizera, pfuma mwizera ivyo bikorwa+, kugira mumenye kandi mugume muzi ko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkaguma nunze ubumwe na we+.»
21 kugira bose babe umwe+, nk’uko wewe Dawe wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, no kugira bunge ubumwe natwe maze isi yizere ko wantumye.