Yohani 12:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Ubu rero iyi si iraciriwe urubanza. Umutware w’iyi si+ agira atabwe hanze+. Yohani 16:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 ubwa nyuma ku vyerekeye urubanza, kubera yuko umutware w’iyi si yaciriwe urubanza+.