Yohani 6:56 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 56 Uwurya umubiri wanje akanywa n’amaraso yanje aguma yunze ubumwe nanje, nanje nkaguma nunze ubumwe na we+. 1 Abakorinto 12:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Namwe rero muri umubiri wa Kristu+, umwe wese muri mwebwe akaba ari igihimba cawo+. Abanyefeso 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Bivuye kuri we umubiri wose+ urafatanirijwe hamwe neza, kandi ukorera hamwe biciye ku ngingo zose zitanga ibikenewe. Igihe igihimba kimwe cose gikora neza bica bituma umubiri ukura, uko wiyubaka mu rukundo+.
56 Uwurya umubiri wanje akanywa n’amaraso yanje aguma yunze ubumwe nanje, nanje nkaguma nunze ubumwe na we+.
16 Bivuye kuri we umubiri wose+ urafatanirijwe hamwe neza, kandi ukorera hamwe biciye ku ngingo zose zitanga ibikenewe. Igihe igihimba kimwe cose gikora neza bica bituma umubiri ukura, uko wiyubaka mu rukundo+.