ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Namwe nyene nimureke umuco wanyu wakire imbere y’abantu+ kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+, maze baninahaze So ari mw’ijuru+.

  • Yohani 13:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Urukundo ruri hagati yanyu ni rwo ruzokwereka abantu bose ko muri abigishwa banje+.»

  • Abafilipi 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Kandi iki ni co nguma nsaba Imana: ni uko urukundo rwanyu rwoguma rugwira+, rukagwirana n’ubumenyi butagira amakosa+ be n’ugutahura kwuzuye+.

  • Abafilipi 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ikindi nsaba ni uko mwuzuzwa ivyamwa bigororotse biciye kuri Yezu Kristu+, ngo Imana ininahazwe yongere ishemezwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika