ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 9:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ariko rero, umuzimagiza ntuzoba nk’igihe igihugu cari mu magorwa, nk’igihe ca kera aho akarere ka Zabuloni n’aka Nafutali twakengerwa+. Mu nyuma izotera iteka ya nzira y’iruhande y’ikiyaga, akarere ka Yorodani, Galilaya y’amahanga.

       2 Abantu bahora bagendera mu mwiza

      babonye umuco mwinshi.

      Nayo ababa mu gihugu c’umwiza* w’umuzitanya,

      umuco wabakayanganiyeko+.

  • Yohani 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Nuko Jambo acika umuntu+, araheza abana natwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa bumeze nk’ubwo umwana w’ikinege+ ahabwa na se. Yari yuzuye ubuntu bw’Imana* hamwe n’ukuri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika