ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 6:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Muzoba muhiriwe igihe cose abantu bazoba babanse+ bakabakumira+, bakabatuka kandi bagacafuza izina ryanyu* kubera Umwana w’umuntu.

  • Yohani 17:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Narabahaye ijambo ryawe, ariko isi yarabanse kuko atari ab’isi+, nk’uko nanje ntari uw’isi.

  • 1 Petero 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Birabatangaza kubona mutabandanya kwifatanya na bo muri iyo ngendo y’ubuhumbu, bigatuma babavuga nabi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika