Luka 24:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Ngira ndabarungikire ico Dawe yabasezeraniye. Mugume mu gisagara gushika muhawe* ububasha buvuye hejuru+.» Yohani 14:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mugabo wa mufasha, ya mpwemu nyeranda Data azorungika mw’izina ryanje, azobigisha ibintu vyose kandi azobibutsa ibintu vyose nababwiye+.
49 Ngira ndabarungikire ico Dawe yabasezeraniye. Mugume mu gisagara gushika muhawe* ububasha buvuye hejuru+.»
26 Mugabo wa mufasha, ya mpwemu nyeranda Data azorungika mw’izina ryanje, azobigisha ibintu vyose kandi azobibutsa ibintu vyose nababwiye+.