Yohani 14:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Vyongeye, ivyo muzosaba vyose mw’izina ryanje nzobikora, kugira ngo Data aninahazwe biciye ku Mwana+. Yohani 15:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye. Nabatoye kugira mubandanye kwama ivyamwa kandi ivyamwa vyanyu bigumeho, kugira ngo ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+. 1 Yohani 5:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ng’iki ico twizigiye tudakeka ku bijanye n’Imana+: iyo tuyisavye ikintu cose gihuye n’ukugomba kwayo iratwumva+.
13 Vyongeye, ivyo muzosaba vyose mw’izina ryanje nzobikora, kugira ngo Data aninahazwe biciye ku Mwana+.
16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye. Nabatoye kugira mubandanye kwama ivyamwa kandi ivyamwa vyanyu bigumeho, kugira ngo ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+.
14 Ng’iki ico twizigiye tudakeka ku bijanye n’Imana+: iyo tuyisavye ikintu cose gihuye n’ukugomba kwayo iratwumva+.