Yohani 17:7, 8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ubu barazi ko ibintu vyose wampaye biva iwawe, 8 kuko nabahaye amajambo wampaye+, kandi barayemeye. Baramenye vy’ukuri ko naje ndaguserukira+, kandi baremeye ko wantumye+.
7 Ubu barazi ko ibintu vyose wampaye biva iwawe, 8 kuko nabahaye amajambo wampaye+, kandi barayemeye. Baramenye vy’ukuri ko naje ndaguserukira+, kandi baremeye ko wantumye+.