Yohani 6:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Abo Data ampa bose bazoza iwanje, kandi sinzokwigera nirukana uwuza iwanje+,