Luka 22:47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 47 Akiriko aravuga, haca haza isinzi ry’abantu riyobowe n’umugabo yitwa Yuda, akaba yari umwe muri bamwe cumi na babiri. Araheza yegera Yezu kugira amusome+.
47 Akiriko aravuga, haca haza isinzi ry’abantu riyobowe n’umugabo yitwa Yuda, akaba yari umwe muri bamwe cumi na babiri. Araheza yegera Yezu kugira amusome+.