ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 6:39
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 39 Iki ni co uwantumye agomba: ni uko ntatakaza umuntu n’umwe mu bo yampaye, ahubwo nkabazura+ ku musi wa nyuma.

  • Yohani 17:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Nkiri kumwe na bo, narabarinda+ kubera izina ryawe wampaye. Narabakingiye, kandi nta n’umwe yaranduwe+ kiretse wa mwana wo kurandurwa+, kugira icanditswe kiranguke+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika