Matayo 26:58 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 58 Ariko Petero aguma amukurikira agendera kure, arashika no mu rugo rw’umuherezi mukuru. Amaze kwinjira, yicarana n’abasuku bo mu rugo ngo arabe uko bigenda+. Mariko 14:54 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 54 Ariko Petero yari yamukurikiye agendera kure, arashika no mu rugo rw’umuherezi mukuru. Yari yicaranye n’abasuku bo mu rugo ariko arota umuriro+. Luka 22:54 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 54 Baca baramufata baramujana+, bamwinjiza mu nzu y’umuherezi mukuru. Mugabo Petero yaguma abakurikira ari kure+.
58 Ariko Petero aguma amukurikira agendera kure, arashika no mu rugo rw’umuherezi mukuru. Amaze kwinjira, yicarana n’abasuku bo mu rugo ngo arabe uko bigenda+.
54 Ariko Petero yari yamukurikiye agendera kure, arashika no mu rugo rw’umuherezi mukuru. Yari yicaranye n’abasuku bo mu rugo ariko arota umuriro+.
54 Baca baramufata baramujana+, bamwinjiza mu nzu y’umuherezi mukuru. Mugabo Petero yaguma abakurikira ari kure+.