ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 26:55
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 55 Yezu aca abwira iryo sinzi ati: «Mbega muje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi? Imisi yose namye nicaye mu rusengero nigisha+, yamara ntimwamfashe+.

  • Luka 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Vyongeye, atangura kwigisha mu masinagogi yabo kandi bose baramutera iteka.

  • Luka 19:47
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 47 Yaguma yigisha mu rusengero imisi yose. Abakuru b’abaherezi n’abanditsi hamwe n’abantu bakurubakuru baguma barondera kumwica+,

  • Yohani 7:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Umusi mukuru ugeze hagati, Yezu aduga ku rusengero, atangura kwigisha.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika