ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 20:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 «Ehe tuduze i Yeruzalemu, kandi Umwana w’umuntu azotabwa mu maboko y’abakuru b’abaherezi n’abanditsi. Bazomucira urwo gupfa+, 19 bamushire mu maboko y’abanyamahanga kugira bamutyekeze, bamushishagure hanyuma bamumanike ku giti+. Ariko azozurwa ku musi ugira gatatu+.»

  • Yohani 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Nk’uko Musa yamanitse inzoka mu bugaragwa+, ni ko n’Umwana w’umuntu ategerezwa kumanikwa+,

  • Yohani 12:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Ariko ninamara kumanikwa nkava kw’isi+, nzokwegakwega abantu b’uburyo bwose baze iwanje.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika